1 John 2:24 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Mwebwe, nimuzigame mu mitima yanyu ivyo mwigishijwe kuva mu ntango. Nivyagenda uko, namwe muzoguma mu Mwana no muri Data.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Mweho ico mwumvise uhereye mbere na mbere kigume muri mwebge. Ico mwumvise uhereye mbere na mbere ni caguma muri mwebge, namwe muzoguma mu Mwana no muri Se.