1 Kings 10:12 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ivyo biti vya alumugi umwami ni vyo yabājemw’ inkingi zo mu ngoro y’Uhoraho n’izo mu ngoro yiwe ubgiwe; yabibājemwo n’inanga n’amakembe vy’abaririmvyi; ntihigeze kuza canke kuboneka ibiti vya alumugi nk’ivyo gushitsa na bugingo n’ubu.