bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Bible
/
Compare 1 Kings 10:13
1 Kings 10:13 — Compare Translations
1 translations compared side by side
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Nuk’ umwami Salomo aha uwo mwami w’i Sheba ivyo yagomba vyose n’ico amwatse cose, udashizemw’ ivyo yagomvye kumwihēra ubgiwe, nk’uk’ umwami ameze nka we asanganywe ikiganza ciza. Bukeye uwo mwami arahaguruka, aragenda asubira mu gihugu ciwe, bo n’abantu biwe.