1 Kings 15:23 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ibindi vyose vyadonzwe kuri Asa, n’ivy’ ububasha bgiwe bgose, n’ivyo yakoze vyose, n’ibisagara yubatse, none ntivyanditswe mu gitabo c’ivyo ku ngoma z’ abami b’i Buyuda? Arikw ageze mu zabukuru, arwara ibirenge.