1 Kings 15:7 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
no hagati ya Abiya na Yerobowamu hakomeza kubah’ intambara. Ibindi vyose vyadonzwe kuri Abiya, n’ivyo yakoze vyose, none ntivyanditswe mu gitabo c’ivyo ku ngoma z’abami b’Abayuda?