1 Kings 17:10 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Nukw akora inzira, aja i Zarefati; agishika kw irembo ry’igisagara, agize artya abona umugore w’umupfakazi arikw aratoragura udukwi. Eliya aramuhamagara, aramubarira, ati Ntabara urābe ico wonzaniramw’ utuzi two kunywa.