1 Kings 2:38 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Shimeyi yishura umwami, at’ Ivyo umbgiye ni vyiza; uk’ uvuze, mwami wanje nyen’ ingoma, ni ko nzobigenza, jewe umusavyi wawe. Nuko Shimeyi aba i Yerusalemu igihe kirekire.