Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Nuk’ umwami atumiza Shimeyi, aramubaza, ati Mbega sinakwatse indahiro y’Uhoraho, nkakwihanikiriza rwose, nt’ Umenye neza yuk’ umusi uzovayo, ukagira ah’ ucarukira na hamwe, k’utazobura gupfa? Ukanyishura yukw ivyo mvuze ari vyiza, k’ uvyumvise?