1 Kings 22:4 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Araheza abaza Yehoshafati, ati Mbega wokwemera kuntabara, ukajana natwe kuja gutera i Ramoti‐gileyadi? Yehoshafati yishura umwami w’ Abisirayeli, at’ Ego cane, jewe nd’ umwe nawe, n’abantu banje ni bo b’iwawe, n’amafarasi yanje ni yo y’iwawe.