1 Kings 22:42 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi Yehoshafati, aho yatangura kwima, yar’ amaze imyaka mirongwitatu n’itanu; araheza amara ku ngoma imyaka mirongwibiri n’itanu i Yerusalemu. Nyina yitwa Azuba umukobga wa Shiluhi.