1 Kings 22:45 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ibindi vyose vyadonzwe kuri Yehoshafati, n’ivy’ ubuhizi bgiwe, n’ingene yarwana intambara, mbega ntivyanditswe mu gitabo c’ivyo ku ngoma z’abami b’Abayuda?