1 Kings 22:49 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Maze Ahaziya mwene Ahabu asaba Yehoshafati kw abantu biwe bojana n’abiwe mu mato, ariko Yehoshafati ntiyabikunda.