1 Kings 4:27 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Nukw abo bamenyekana bama batoza ivyo gutunga umwami Salomo n’abaza kurīra ku meza yiwe bose, umuntu wese uk’ ukwezi kwiwe gutashe; nta kintu na kimwe bāhaza ngo kibure.