1 Kings 4:7 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kand’ umwami Salomo yar’ afise abamenyekana cumi na babiri bakwiragiye mu Bgisirayeli hose, kugira ngo bame bamutoreza ivyo kumutunga bo n’abo mu rugo rwiwe; umuntu wese yar’ afise ukwezi kumwe mu mwaka kwo kubitoza.