1 Kings 6:19 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Nukw atunganya Ahēra Cane aho nyene imbere haruguru mur’ iyo ngoro, kugira ngw ahatereke isandugu y’isezerano ry’Uhoraho.