1 Kings 6:35 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi mu kuzibāza azishushanyakw ibishushanyo vy’abakerubi n’ivy’ ibigazi n’ivy’ amashurwe asambuye, azomekakw izahabu ayikuyengeza no kur’ ivyo bishushanyo.