bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Bible
/
Compare 1 Kings 7:25
1 Kings 7:25 — Compare Translations
1 translations compared side by side
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Cari giteretswe ku bishushanyo vy’amapfizi cumi n’abiri; atatu yarāba i burārūko, yandi atatu yarāba i burengerazuba, yandi atatu yarāba i bumanuko, yandi atatu yarāba i burasirazuba; ico kiyaga cari giteretse kur’ ayo mapfizi, kandi yose yar’ ahānye imigongo.