1 Kings 7:31 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ivyo bishigikizo vyatega ikimeze bga rugata co guterekwakw ikigarigari; uburebure bgaco bgar’ itambge rimwe, n’ubg’ amajepfo bgar’ itambge n’igihimba, kandi cari giciye amagarwe; twa tubāte two kur’ ico gitereko ntitwari twihese, ariko twari dufise impande zine zingana.