1 Kings 7:33 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi yakozwe nk’ay’ umukogote; ivyuma afasheko, n’imikugiro yayo, n’inkingi zayo, n’ivyuma vyayo vyo mw iteranirizo ry’inkingi, vyose na vyose vyar’ ivyāvugutiwe mu nkero.