1 Kings 7:37 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Uko ni ko yakoze ivyo bitereko ukw ar’ icumi; vyose vyavugutiwe mu nkero z’uburyo bumwe; vyarangana cabugerwe, kandi vyari bifise ishusho imwe.