1 Kings 7:47 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi Salomo apfa kureka ivyo bintu vyose atabigeze ku munzane, kuko vyari vyinshi cane; uburemerezi bg’imiringa vyakuwemwo ntibgāmenyekanye.