Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
n’ibiterekwakw amatara, bitanu mu ruhande rw’i buryo, bindi bitanu mu ruhande rw’i bumoso, aharābana n’Ahēra Cane, vyose vyar’ izahabu iramuye; n’ibisa n’amashurwe, n’ayo matara nyene, n’imakasi zayo zo gutunganya urutambi, na vyo vyar’ ivy’ izahabu;