1 Kings 7:51 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Uko ni kw igikorwa cose umwami Salomo yakoreye ingoro y’Uhoraho carangiye. Maze yinjiza ivyo se Dawidi yari yaragize inyegu y’Uhoraho vyose, amafeza n’amazahabu, n’ibintu vy’ibikoreshwa, abishira mu bubīko bg’ ingoro y’Uhoraho.