1 Kings 8:58 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
arikw imitima yacu yame ayīgarukanako, kugira ngo tugendere mu nzira ziwe zose, twitondere ivyagezwe vyiwe n’amabgirizwa yiwe n’amateka ashinzwe, ivyo yageze ba sogokuruza bacu.