1 Kings 8:59 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kand’ ayo majambo yanje ningingiye Uhoraho nd’ imbere yiwe, Uhoraho Imana yacu aze yame ayibuka ku murango no mw ijoro, kugira ngw andoranirize ivyanje, jewe umusavyi wiwe, n’ivy’ abantu biwe b’Abisirayeli, ku bihora biba ku musi n’umusi;