1 Samuel 30:23 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ariko Dawidi arababarira, ati Bagenzi banje, ntimwogenza murtyo ivyo Uhoraho yaduhaye, n’ukuntu yatuzigamye, akagabura mu maboko yacu ico gitero cari caduteye.