1 Samuel 8:21 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Samweli yumvise ivyo abantu bavuze vyose, abishikiriza Uhoraho.