1 Thessalonians 3:4 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
N’igihe twari kumwe namwe, twamye tubaburira ko dushobora guhamwa, kandi vyabaye ukwo nyene nk’uko na mwebwe mubizi neza.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi hamwe twari kumwe namwe, twababūriye yuko tutazobura kubabazwa; kandi ni ko vyābaye, murabizi.