1 Timothy 6:8 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Iyo turonse ico turya n’ico twambara, biba bidukwiye.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Arikw iyo dufise ivyo turya n’ivyo twambaye biba bitubūmvye.