bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Bible
/
Compare 2 Chronicles 12:13
2 Chronicles 12:13 — Compare Translations
1 translations compared side by side
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Nuk’ umwami Rehobowamu ashikama i Yerusalemu, akomeza kuganza; kandi yagiye ku ngoma amaze imyaka mirongwine n’ umwe, ayimarakw imyaka cumi n’indwi ar’ i Yerusalemu nyene, uwo murwa Uhoraho yari yaratoranije mu miryango yose y’ Abisirayeli, ngw ahashire izina ryiwe. Kandi nyina yitwa Nayama Umwamonikazi.