2 Chronicles 12:9 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Nuko Shishaki umwami wa Egiputa ni kwo kudūga agatera i Yerusalemu, asahura ivy’ ubutunzi vyari bibītswe mu ngoro y’ Uhoraho n’ivyo mu ngoro y’ umwami, arabijana vyose, atakw ajana n’inkinzo z’amazahabu Salomo yari yaracurishije.