2 Chronicles 16:8 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Mbeg’ Abanyetiyopiya n’Abalubimu ntibār’ ingabo nyinshi z’isinzi, zifise imikogote y’intambara n’abagendera ku mafarasi vyinshi cane? Ariko kuko wari wizigiye Uhoraho abagabura mu maboko yawe.