2 Chronicles 19:10 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi bagenzi banyu baba mu bisagara vyabo, ni babagīsha inama zikoma ku vy’uwishe uwundi, canke ku vyagezwe canke ku mabgirizwa canke ku vyashinzwe canke ku matēka, muze mubereke uko bakwiye kubigenza, kugira ngo ntibaze bacumure k’ Uhoraho, mukīhamagarira uburake, mwe n’abo bagenzi banyu. Nuko muze mugenze murtyo, kugira ngo ntimucumure.