2 Chronicles 23:6 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ariko ntihaze hagire uwinjira mur’ iyo ngoro atar’ abaherezi n’abo mu Balewi baramukiwe gukorerayo; abo bo baze binjire kuko bejejwe; arikw abantu bose baze bitondere ivyo Uhoraho yageze.