2 Chronicles 3:11 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Amababa y’abo bakerubi, uburebure bga yose bgar’ amatambge mirongwibiri; ibaba ry’umwe ryar’ amatambge atanu, kandi ryaruma ku nzu, irindi baba na ryo ryar’ atanu nyene, kandi ryasomana n’iry’ uwundi mukerubi.