bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Bible
/
Compare 2 Chronicles 3:8
2 Chronicles 3:8 — Compare Translations
1 translations compared side by side
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Yubaka n’Ahēra Cane; uburebure bgaho bgar’ amatambge mirongwibiri y’ukuboko uciriye mu nkokora, kandi bgangana n’ubgaguke bg’iyo ngoro; ubgaguke bgaho bgar’ amatambge mirongwibiri nyene. Imbere ahomeka izahabu iramuye; ukuriba kw’ izahabu yahakoresheje kwar’ italanto amajana atandatu.