2 Chronicles 33:22 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Akora ivyo Uhoraho abona kw ari bibi, nk’uko se Manase yakora; aha ibimazi ibishushanyo vyose bibājwe, ivyo se Manase yakoresheje, arabisaba.