2 Chronicles 34:33 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Maze Yosiya akūra ibizira vyose vy’ubuyobe mu ntāra zose z’Abisirayeli, yemeza abari mu gihugu c’i Bgisirayeli bose gusaba Uhoraho Imana ya ba sekuruza. Igihe cose yamaze akiriho nta ho bāretse gukurikira Uhoraho, Imana ya ba sekuruza.