2 Chronicles 35:12 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Bakūrah’ imitigiri yo kuba ibimazi vyo kwoswa, bayiha abantu nk’ukw amazu ya ba sekuruza ari, kugira ngo na bo bayīhēre Uhoraho kw ibimazi, nk’ uko vyanditswe mu gitabo ca Mose. N’ayo mapfizi na yo bayagenza bartyo.