2 Chronicles 35:20 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Hanyuma y’ivyo vyose, Yosiya amaze gutunganya urusengero, Neko umwami wa Egiputa aradūga aja gutera Karikemeshi ku ruzi Efurate; maze Yosiya aja kumutega ngw amurwanye.