2 Chronicles 35:8 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kand’ abaganwa biwe na bo nyene nk’uko bavyigombeye baha abantu ibimazi vyo gutanga, babiha n’abaherezi n’Abalewi. Hilukiya na Zekariya na Yehiyeli, abakuru baganza ivy’ ingoro y’Imana, baha abaherezi ivyo gutanga kw ibimazi vya Pasika, imyagazi ibihumbi bibiri n’amajana atandatu, n’amapfizi amajana atatu.