2 Chronicles 35:9 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi n’ abakuru b’Abalewi, Konaniya na barumuna biwe Shemaya na Netaneli, bo na Hashabiya na Yeyeli na Yozabadi, baha Abalewi ivyo gutanga kw ibimazi vya Pasika, imyagazi ibihumbi bitanu n’amapfizi amajana atanu.