2 Chronicles 4:19 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi Salomo acurisha ibintu vyose vyo mu ngoro y’Imana, ni vyo ibi: igicaniro c’izahabu, n’ ameza y’imitsima y’ibiterekērwa;