2 Chronicles 7:17 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Nuko nawe ni wagendera imbere yanje nk’uko so Dawidi yagenda, ugakora ivyo nakugeze vyose, ukitondera amabgirizwa yanje n’amatēka nashinze,