2 Chronicles 7:22 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Bazomwishura, bati N’ uko bahevye Uhoraho Imana ya ba sekuruza, yabakūye mu gihugu ca Egiputa, bakaramatana n’izindi mana, bakazisenga, bakaba ari zo basaba; ni co catumye abatēza ivyo vyago vyose.