bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Bible
/
Compare 2 Chronicles 7:6
2 Chronicles 7:6 — Compare Translations
1 translations compared side by side
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kand’ abaherezi bari bahagaze mu myanya yabo, n’Abalewi na bo bafise ibintu vyo kuvugiriza Uhoraho, ivyo umwami Dawidi yari yarakoresheje vyo gushima Uhoraho, akababgira kubivuza igihe yamuhimbaza, ati Kukw imbabazi ziwe zamah’ ibihe bidashira; nukw abaherezi bavugiriza inzumbete imbere yabo; Abisirayeli bose na bo barahagarara.