2 Chronicles 7:8 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Uko ni ko Salomo yagize imisi mikuru ico gihe, hamwe n’Abisirayeli bose, kumara imisi ndwi; bār’ ikoraniro rinini cane bavuye mu gihugu cose, uhereye ahafata i Hamati ugashitsa ku mugezi wa Egiputa.