2 Corinthians 1:13 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Kuko mu makete yacu tubandikira ivyo mushobora gusoma no gutahura gusa. Nizera ko
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kukw ata bindi tubandikira, atar’ ivyo nyene musoma kandi mwemera, kandi nishimiye ko muzovyemera gushitsa kw iherezo,