2 Corinthians 10:2 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Mbaye ndabinginga hakiri kare kugira ngo ninaza sinzorinde kubakarira nk’uko nzokarira abibaza ko dukurikira inyungu z’abantu.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
nuko ndabinginga kugira ngo ni twaba kumwe sinze ndinde kububahuka, nk’uko ngabiye kuzokwubahuka bamwe nshize ubgoba, batwiyumvira ko tugenda dukurikira ivy’ akameremere kacu.