2 Corinthians 12:14 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ndiko nditegurira kubagendera irya gatatu, kandi na ho nyene sinzobaremera, kuko ico ngomba si ivyo mutunze, ngomba mwebwe nyene. Kuko mu bisanzwe abana si bo bari bakwiye kugaburira abavyeyi, ahubwo abavyeyi ni bo bagaburira abana babo.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ehe niteguye kuza i wanyu ubugira gatatu: sinzobabera ikirusha. Kukw atar’ ivyanyu ndondera ariko ni mwebge ubganyu ndondera: kukw abana badakwiye kuziganiriza abavyeyi, arikw abavyeyi ni bo bakwiye kuziganiriza abana.